NewsBabel NewsBabel

Global headlines in real time

← Back to Direct feed

Ni nde yatumye abagore bagira isoni z'ibihimba vyabo vy'ibanga?

26 Sep 2026, 10:45 GMT
Download metadata bundle
BBC logo
Article Ni nde yatumye abagore bagira isoni z'ibihimba vyabo vy'ibanga?

Kuva kera cane, iki gice c'umubiri w'umugore camye ari ikimenyetso c'irondoka, ariko uko ibihe vyagiye bigenda, cahavuye gifatwa nk'ikintu giteye ubwoba, giteje isoni kandi umuntu akwiye guhisha.